BURUNDI U-20: Intamba mu rugamba zabatarenza imyaka 20 urutonde rw’abakinyi 18 bagiye kwerekeza muri Sudan bashizwe ahabona.

Joslin BIPFUBUSA umumenyereza mukuru kuruyu wa kane yashize ahabona urutonde rw’abakinyi 18 agiye kw’ifashisha mu rukino rwo gusubiriza ruzobera mu gihugu ca Sudan.

Inyuma yo kunganya kimwe ku kindi n’igihugu ca Sudan mu rukino rwa mbere rwo kurondera itike ya CAN 2019 za batarenza imyaka 20 zizobera mu gihugu ca Niger, Joslin BIPFUBUSA umumenyereza mukuru kuruyu wa kane yashize ahabona urutonde rw’abakinyi 18 agiye kw’ifashisha mu rukino rwo gusubiriza ruzobera mu gihugu ca Sudan. Nabo naba bakurikira:

Abanyegori.

RUKUNDO Onésime (GK Messager Ngozi)

NDUWIMANA Hailé Shalom (GK Ngozi city)

Abakinyi binyuma.

SELEMAN Moustapha (Aigle noir)

NDORIYOBIJA Eric (LLB-S4A)

BIGIRIMANA Ramadhan (Aigle Noir)

NDAYE Chancel (LLB-S4A)

NDIZEYE ERIC (Musongati Fc)

HAKIZIMANA Héritier (Aigle Noir)

Abakinyi bohagati

MBIRIZI Eric (Buja City)

MURYANGO Mabano (Aigle noir)

KWIZERA Eric (Les Lierres)

NSHIMIRIMANA Jospin (Delta star)

Abasatirizi

PASCAL Ramadhan (Olympic star)

Juma MOHAMEDI (Musongati Fc)

SHAKA Bienvenue (Aigle noir)

KANAKIMANA Bienvenue (Aigle noir)

MAVUGO Cédrick Titi (Aigle noir)

NDIKUMANA Magloire (Olympic star)

Abamenyereza

Joslin BIPFUBUSA (Umumenyereza mukuru)

Omar NTAKAGERO (Icegera c’umumenyereza)

Amidou HASSAN (Umumenyereza wa banyegori)

Urugendo rukaba rutegekanijwe kuruyu wa kane nyene ni mugihe urukino rwo gusubirizwa ruzokinwa kuruyu wa gatandatu, itariki 19 Rusama 2018

Kwizera Ismail (Nahodha)

Ismail (Nahodha) Kwizera ni umumenyeshamakuru wa Journal Magara Times na Radio Magara Times FM. Aho, KWIZERA Amenyesha amakuru ajanye n'inkino (Sports) hamwe n'amakuru ajanye n'ivyo kwidagadura (Divertissement). Mwandikire kuri: ismailk@magaratimes.com

0 Comments

No comments!

There are no comments yet, but you can be first to comment this article.

Leave reply

Only registered users can comment.