#BBCGahuza: Abakozo babiri ba Onu banyurujwe muri RD Congo

Advertisements:

Ikarata ya RD Congo

Image caption

Ikarata ya RD Congo

Abakozo babiri b’umuryango mpuzamakungu Onu banyurujwe muri Repubulika Iharanira intwaro rusangi ya Congo mu ntara ya Kasai ya hagati, niko leta yavuze.

Abo bantu ni abitwa Michael Sharp, aturuka muri Amerika, na Zaida Catalan wo mu gihugu ca Suede.

Bafatanywe n’abanye Congo bane hafi y’ikigwati ca Ngombe, mu buraruko bushira uburengero bw’igihugu.

Itangazo rya leta rivuga ko ababanyuruje bataramenyekana kandi ntiryamenyesheje n’igihe banyururijweko.

BBC GAHUZA (Menya Neza: Iyi nkuru yanditse na BBC Gahuza. Amakuru n’amashusho cokimwe n’amasanamu yoba ari mur’ino nkuru vyose tubikesha urubuga vya BBC Gahuza. Ushaka gusoma ayandi makuru ya BBC Gahuza k’urubuga rwabo, fyonda hano)

----- ----- -----

Advertisements

BBC Gahuza Kirundi

Copyright © BBC Gahuza, a division of the BBC (British Broadcasting Corporation). All rights reserved. Distributed by Magara Times Kirundi (magaratimes.com). Contact the copyright holder directly for corrections or for permission to republish or make other authorized use of this material... Articles and commentaries that identify Magara Times Kirundi as the publisher are produced or commissioned by Magara Times. To address comments or complaints, please Contact us.

0 Comments

No comments!

There are no comments yet, but you can be first to comment this article.

Leave reply

Laisser un commentaire

Aller à la barre d’outils