#BBCGahuza: Abaganga ba Kenya bahagaritse yegereyegere

Advertisements:

Image caption

Abaganga bari bamaze iminsi 100 muri yegereyegere basaba kwongegwa imishahara

Leta ya Kenya hamwe n’abaganga bamaze iminsi 100 muri yegereyegere bapfunditse amasezerano yo gusubira mu kazi.

Ino yegereyegere yatumye abantu bari hejuru y’igihumbi bapfa ku kubura ikibavura mu gihe abaganga barenga 2500 mu gihugu cose bari bahagaritse imirimo.

Ishirahamwe ry’abaganga rirongowe na Oroko Samuel hamwe n’umushikiranganji ajejwe ivy’ubuvuzi Cleopha Mailu nibo bashize umukono kuri ayo masezerano, bahagarikiwe n’abarongoye amadini.

BBC GAHUZA (Menya Neza: Iyi nkuru yanditse na BBC Gahuza. Amakuru n’amashusho cokimwe n’amasanamu yoba ari mur’ino nkuru vyose tubikesha urubuga vya BBC Gahuza. Ushaka gusoma ayandi makuru ya BBC Gahuza k’urubuga rwabo, fyonda hano)

----- ----- -----

Advertisements

BBC Gahuza Kirundi

Copyright © BBC Gahuza, a division of the BBC (British Broadcasting Corporation). All rights reserved. Distributed by Magara Times Kirundi (magaratimes.com). Contact the copyright holder directly for corrections or for permission to republish or make other authorized use of this material... Articles and commentaries that identify Magara Times Kirundi as the publisher are produced or commissioned by Magara Times. To address comments or complaints, please Contact us.

0 Comments

No comments!

There are no comments yet, but you can be first to comment this article.

Leave reply

Laisser un commentaire

Aller à la barre d’outils