#BBCGahuza: HRW isaba itohoza ku gitero co ku kirimba c’umwami mu Buganda

Advertisements:

Umwami wa Rwenzururu Wesley Mumbe

Image caption

Umwami wa Rwenzururu Wesley Mumbere

Ikigo kigwanira agateka ka kiremwa muntu Human Rights Watch (HRW) casavye ko hokogwa itohoza ridafise aho ryegamiye ku gitero igipolisi ca Uganda cakoze ku kirimba c’umwami wa Rwenzururu.

HRW ivuga ko abantu barenga i50 barimwo abana bishwe muri ico gitero cakozwe mu kwezi kwa cumi na rimwe, mu gisagara ca Kasese.

Igipolisi kivuga ko abantu 87 aribo bapfuye kandi ko bari mu bagwanyi b’ubwami bwa Rwenzururu, bwagirizwa gutanguza umurwi w’inyeshamba.

Umwami Charles Mumbere, yagirijwe kuba yarahemukiye igihugu.

BBC GAHUZA (Menya Neza: Iyi nkuru yanditse na BBC Gahuza. Amakuru n’amashusho cokimwe n’amasanamu yoba ari mur’ino nkuru vyose tubikesha urubuga vya BBC Gahuza. Ushaka gusoma ayandi makuru ya BBC Gahuza k’urubuga rwabo, fyonda hano)

----- ----- -----

Advertisements

BBC Gahuza Kirundi

Copyright © BBC Gahuza, a division of the BBC (British Broadcasting Corporation). All rights reserved. Distributed by Magara Times Kirundi (magaratimes.com). Contact the copyright holder directly for corrections or for permission to republish or make other authorized use of this material... Articles and commentaries that identify Magara Times Kirundi as the publisher are produced or commissioned by Magara Times. To address comments or complaints, please Contact us.

0 Comments

No comments!

There are no comments yet, but you can be first to comment this article.

Leave reply

Laisser un commentaire

Aller à la barre d’outils