#BBCGahuza: Zahinduye imirisho muri CAF – BBC Gahuza


Ahmad Ahmad niwe umuyobozi mushasha wa CAFUwufise ububasha kw’isanamu
AFP

Image caption

Ahmad Ahmad niwe umuyobozi mushasha wa CAF

Abarongoye amashirahamwe 54 ari mu rwego rugenzura umupira w’amaguru ku mugabane wa Afrika -CAF- batoye Ahmad ngo arurongore CAF mu matora yabereye i Addis-Abeba, umugwa mukuru wa Ethiopiya.

Ahmad ufite imyaka 57, akomoka muri Madagascar, ntazwi cane mu gisata c’umupira w’amaguru.

Umunya Cameroun Issa Hayatou niwe yari arongoye CAF kuva mu 1988.

Ahmad abaye uwa gatandatu arongoye urwo rwego kuva rushinzwe haraheze imyaka 60.

Hayatou, yaramaze imyaka 29 ku butegetsi, yahora atogwa atawumugwanije.

BBC GAHUZA (Menya Neza: Iyi nkuru yanditse na BBC Gahuza. Amakuru n’amashusho cokimwe n’amasanamu yoba ari mur’ino nkuru vyose tubikesha urubuga vya BBC Gahuza. Ushaka gusoma ayandi makuru ya BBC Gahuza k’urubuga rwabo, fyonda hano)

----- -----

BBC Gahuza Kirundi

Copyright © BBC Gahuza, a division of the BBC (British Broadcasting Corporation). All rights reserved. Distributed by Magara Times Kirundi (magaratimes.com). Contact the copyright holder directly for corrections or for permission to republish or make other authorized use of this material... Articles and commentaries that identify Magara Times Kirundi as the publisher are produced or commissioned by Magara Times. To address comments or complaints, please Contact us.

0 Comments

No comments!

There are no comments yet, but you can be first to comment this article.

Leave reply

Laisser un commentaire

Aller à la barre d’outils