#VOAKirundi: Perezida Mushasha ni Ahmad Ahmad

Advertisements:

Umunyamadagascari Ahmad Ahmad niwe yatowe kurongora ishirahamwe ry’Afirika ry’umupira w’amaguru, CAF asubirira Issa Hayatou yar’amaze imyaka 29 arirone.