#BBCGahuza: Merkel na Trump mu biganiro vy’ubudandaji no kwivuna abansi

Advertisements:

Donald Trump na Angela Merkel bafise uburongozi butandukanyeUwufise ububasha kw’isanamu
AFP

Image caption

Donald Trump na Angela Merkel bafise uburongozi butandukanye

Uwurongoye leta y’Ubudagi Angela Merkel ategekanya guhura na Prezida Donald Trump i Washington, mu biganiro vy’ubudandaji n’ivy’ukugwaniriza hamwe umwansi.

Bwana Trump yaratunze agatoki Ubudagi abugabisha ku mahinguriro akora imiduga ku makori atanga, asaba n’ubutegetsi bwa Berlin kuduza amahera bugenera ivya gisirikare.

Umupfasoni Merkel aherekejwe muri urwo rugendo n’abakozi bakuru bo mu mahinguriro Siemens, Schaeffler na BMW.

Urwo rugendo rwategekanywa ku munsi wa kabiri ariko rurunguruzwa kubera imvura y’urubura.

Avuga ku vyerekeye urwo rugendo, umupfasoni Merkel yabwiye ikigo c’itororokanirizo ry’amakuru c’Ubudagi ko arindiranye igishika guhura ubwa mbere na Prezida Trump.

« Biraryoshe kuganira kurusha kuvugana ivy’umwumwe, »

BBC GAHUZA (Menya Neza: Iyi nkuru yanditse na BBC Gahuza. Amakuru n’amashusho cokimwe n’amasanamu yoba ari mur’ino nkuru vyose tubikesha urubuga vya BBC Gahuza. Ushaka gusoma ayandi makuru ya BBC Gahuza k’urubuga rwabo, fyonda hano)

----- ----- -----

Advertisements

BBC Gahuza Kirundi

Copyright © BBC Gahuza, a division of the BBC (British Broadcasting Corporation). All rights reserved. Distributed by Magara Times Kirundi (magaratimes.com). Contact the copyright holder directly for corrections or for permission to republish or make other authorized use of this material... Articles and commentaries that identify Magara Times Kirundi as the publisher are produced or commissioned by Magara Times. To address comments or complaints, please Contact us.

0 Comments

No comments!

There are no comments yet, but you can be first to comment this article.

Leave reply

Laisser un commentaire

Aller à la barre d’outils