#VOA: Abategetsi Bagiye Gutuza Ingwara z’Ivyaduka

Advertisements:

Ibihugu bigize akarere ka Afrika yo mu buseruko, EAC biremeza ko bifise uburyo n’ubuhinga vyo guhangana n’ingwara z’ivyaduka.

Mur’iyi ndwi, umurwi w’abahinga b’abashakashatsi bo mu bihugu bigize umuryango w’akarere ka Afrika yo mu buseruko, barakoraniye i Bujumbura,mu Burundi, mu nama yabo igira gatandatu.

Mushobora kwumviriza inkuru ya Eloge Willy Kaneza, ari i Bujumbura.