#VOA: Umugambwe CNDD-FDD Wagiriza Ububirigi Amabi Yose Y’Uburundi

Advertisements:

Ababiligi ngo nibo nkomoko yose y’ibibazo vya politike Uburundi bwagiye buracamwo kandi ko banagerageje guhungabanya umugambwe CNDD FDD, bikanka.

Ivyo vyavugiwe mu birori vyo kugaragaza inguvu umugambwe CNDD FDD ufise vyabaye kuru uyu wa gatandatu, Mu ntara ya Muramvya.

Syvestre Ndayizeye, Umukuru w’igisata gikurikirana imihari yose yegamiye uwo mugambe, avuga kw’ ababiligi bananiwe gucanishamwo CNDD FDD.

N’inkuru y’umumenyeshamakuru w’Ijwi rya Amerika, Fidele Nsabimana