#BBC: Champions League mu bakobwa: Chelsea yikuye Bayern

Advertisements:

Intsinzi ya Chelsea yatumye ija mu migwi ya nyuma 16 ubugira kabiri mu mahiganwa atatu akurikiranaUwufise ububasha kw’isanamu
Getty Images

Image caption

Intsinzi ya Chelsea yatumye ija mu migwi ya nyuma 16 ubugira kabiri mu mahiganwa atatu akurikirana

Umugwi wa Chelsea w’abakobwa winanase ntiwava mw’ihiganwa rya Champions League uhejeje gutsindwa na Bayern Munich yasezeye hisunzwe amategeko yo gutsindira hanze.

Chelsea yatsinzwe na Bayern 2-1 ariko ikaba yari yatsinze 1-0 mu rukino rwa mbere gutryo biba bibaye 2-2, chelsea ibandanya ku kuba hari igitsindo yatsinze hanze giharugwamwo bibiri igihe c’amangane.

Igitsindo ca Chelsea co mu gice ca kabiri catumye uwo mugwi winjira ku rutonde rw’imigwi 16 ya nyuma igiye kubandanya ihiganwa.

BBC GAHUZA (Menya Neza: Iyi nkuru yanditse na BBC Gahuza. Amakuru n’amashusho cokimwe n’amasanamu yoba ari mur’ino nkuru vyose tubikesha urubuga vya BBC Gahuza. Ushaka gusoma ayandi makuru ya BBC Gahuza k’urubuga rwabo, fyonda hano)

----- ----- -----

Advertisements

BBC Gahuza Kirundi

Copyright © BBC Gahuza, a division of the BBC (British Broadcasting Corporation). All rights reserved. Distributed by Magara Times Kirundi (magaratimes.com). Contact the copyright holder directly for corrections or for permission to republish or make other authorized use of this material... Articles and commentaries that identify Magara Times Kirundi as the publisher are produced or commissioned by Magara Times. To address comments or complaints, please Contact us.

0 Comments

No comments!

There are no comments yet, but you can be first to comment this article.

Leave reply

Laisser un commentaire

Aller à la barre d’outils