Primus ligue ibibuga birahindutse mu ndwi ya 21.

Imwe mu riyo migwi y'ibujumbura izokwama yakirira inkino zayo 10 zisigaye za Primus Ligue i Buganda mu ntara ya Cibitoke ku kibuga citiriwe Urunani iyindi mu ntara ya Rumonge ku kibuga citiriwe Ivyizigiro.

« Copyrights: FFB »

Kuva aho ikibuga c’umuganwa Rudoviko Rwagasore cugariwe kugira ngo gisubirwemwo gushasha ivyo bitumye imwe mu migwi yahora isanzwe yakirira kurico kibuga ahanini imigwi y’ibujumbura igiye kuza irakirira ku bibuga vyo mu ntara zegereye igisagara ca Bujumbura.

Imwe mu riyo migwi y’ibujumbura izokwama yakirira inkino zayo 10 zisigaye za Primus Ligue i Buganda mu ntara ya Cibitoke ku kibuga citiriwe Urunani iyindi mu ntara ya Rumonge ku kibuga citiriwe Ivyizigiro.

Mu ndwi ya 21 ya Primus Ligue uko imigwi izohura naho izohurira bikaba bitegekanijwe uku gukurikira.

Ku Wagatatu itariki 07 Ntwarante 2018.

I Buganda:

13h30 Messager bujumbura vs Messager Ngozi.

15h30 Bujumbura City vs Aigle Noir.

Ivyizigiro:

13h30 Delta Star vs Atletico Olympic.

15h30 Vital’O FC vs LLBS4Africa.

I Gitega: 

15h00 Musongati FC vs Flambeau du Centre.

Ku musi wa Kane itariki 08 Ntwarante 2018.

I Buganda: 13h30 Inter stars vs Les jeunes Athletics.

15h30 Les lierres vs Ngozi city.

Mwomenyako murindwi ya 21 ya Primus Ligue urukino rwar guhuza umugwi wa  Flambeau de l’est na Olympic star nirwo rukino rwonyene rutazokinwe   imvo nuko Olympic star izoba iriko irakina urukino rwa coupe de la confederation na Al Hilal  yo mugihugu ca Soudan kwigenekerezo 07 Ntwarante uno mwaka nyene i Ngozi ku kibuga citiriwe urukundo mugihe urwo rukino rwari rutegekanijwe kuriryo genekerezo nyene.

 


Amashusho: FFB.

Kwizera Ismail (Nahodha)

Ismail (Nahodha) Kwizera ni umumenyeshamakuru wa Journal Magara Times na Radio Magara Times FM. Aho, KWIZERA Amenyesha amakuru ajanye n'inkino (Sports) hamwe n'amakuru ajanye n'ivyo kwidagadura (Divertissement). Mwandikire kuri: ismailk@magaratimes.com

0 Nizo ncuro bavuze kuri ino nkuru!

Ivyiyumviro!

Nta muntu aratanga iciyumviro kur'ino nkuru, ni mube aba mbere mutanze iciyumviro canyu kuko buri ciyumviro cubaka kirakenewe iwacu.

Tanga Iciyumviro.

Menya Neza Bino Bikwirikira:

1. Buri muntu ararekuriwe gutanga ico yiyumvira kurino nkuru cokimwe no kwishura ku vyiyumviro abandi batanze hano. Ariko mubisabwe kubikora mu bwitonzi kandi mwubahiriza abandi nkuko namwe mwipfuza ko bobubahiriza. Birabujujwe gukoresha runo rubuga ku mvo zindi zitandukanye no gusangira ikiyago. Abazorenga kuri zino mpanuro bazofatigwa ingingo zibereye.

2. Niwiyunge na runo rubuga rw'amakuru kugira uronke inyungu nyinshi harimwo kuba umunywani wa Journal Magara Times hamwe no guhiganigwa agashimwe ka 15.000 BIF buri kwezi gahabwa umuntu yatanze ivyiyumviro vyinshi kandi yigenjeje neza mu biyago vyiwe n'abandi banywanyi ba Journal Magara Times. Kubashaka kuba abanywanyi, bahamagariwe gufyonda hano kugira baheze baje kur'urupapuro rwo kwiyandikisha.

Gira ico ubivuzeko:

This site uses Akismet to reduce spam. Learn how your comment data is processed.