#Burundi: Amakuru y’inkino: 07-03-2018 Audio kuri Journal #MagaraTimes

Amakuru y’inkino: 07-03-2018 Audio kuri Journal Magara Times

Magara Times Sport.

Amakuru avurwa hano Iwacu gusa.

  • Olympic star yanganije kuri urukundo stadium.

Primus Ligue indwi 21.

  • Vital’o Fc kuri Ivyizigiro ya nganije na Llb.

Umumenyereza wa Llb nubwo anganije ngo aracari uwambere ngo kandi Messager Ngozi bariko bayihuza n’imigwi iciriritse.

  • Muri Messager Bujumbura ngo nubwo anganije ntakwidogera ubuhagarikizi.
  • Flambeau de l’est Haruna Ferouzi ntakibarizwayo.
Kwizera Ismail (Nahodha)

Ismail (Nahodha) Kwizera ni umumenyeshamakuru wa Journal Magara Times na Radio Magara Times FM. Aho, KWIZERA Amenyesha amakuru ajanye n'inkino (Sports) hamwe n'amakuru ajanye n'ivyo kwidagadura (Divertissement). Mwandikire kuri: ismailk@magaratimes.com

0 Comments

No comments!

There are no comments yet, but you can be first to comment this article.

Leave reply

Only registered users can comment.