BURUNDI U-20 : Urutonde rw’abakinyi 11 bazagutangura mukibuga murukino rugiye kubahuza na Soudan.

Joslin BIPFUBUSA umumenyereza w'intamba mu rugamba yashimye gutanguza aba bakinyi bakurikira mu kibuga.

Murukino rugiya kubahuza n’igihugu ca Soudan kuruyu w’imana nyene igihe c’isaha 21H30 mu masha ya hano iwacu rugiye kubera mu gisagara ca Khartoum Joslin BIPFUBUSA umumenyereza w’intamba mu rugamba yashimye gutanguza aba bakinyi bakurikira mu kibuga.

Mw’igori.

RUKUNDO Onésime

Abakinyi binyuma.

Souleman Moustafa (C), NDORIYOBIJA Eric, BIGIRIMANA Ramadhan na NDAYE Chancel.

Abakinyi bohagati.

MURYANGO Shaban Mabano, Jospin NSHIMIRIMANA na MBIRIZI Eric.

Abasatirizi.

Pascal Ramadhan, Juma Mohammed na SHAKA Bienvenue.

Ni mugihe ku ntebe ya basubirira abandi ari.

NSHIMIRIMANA Hailé Shalom, HAKIZIMANA Hassan, Eric NDIZEYE, NDIKUMANA Magloire, KANAKIMANA Bienvenue, Eric KWIZERA na Cédrick Titi Mavugo.

Abamenyereza.

Joslin BIPFUBUSA umumenyereza mukuru

Omar NTAKAGERO icegera ciwe

Amidou HASSAN umumenyereza wa banyegori.

Urukino murashobora kurukurikirana kuri Radio nkuru y’igihugu cacu RTNB aho yarungitse Théodore NTUNGA.

 

 

Kwizera Ismail (Nahodha)

Ismail (Nahodha) Kwizera ni umumenyeshamakuru wa Journal Magara Times na Radio Magara Times FM. Aho, KWIZERA Amenyesha amakuru ajanye n'inkino (Sports) hamwe n'amakuru ajanye n'ivyo kwidagadura (Divertissement). Mwandikire kuri: ismailk@magaratimes.com

0 Nizo ncuro bavuze kuri ino nkuru!

Ivyiyumviro!

Nta muntu aratanga iciyumviro kur'ino nkuru, ni mube aba mbere mutanze iciyumviro canyu kuko buri ciyumviro cubaka kirakenewe iwacu.

Tanga Iciyumviro.

Menya Neza Bino Bikwirikira:

1. Buri muntu ararekuriwe gutanga ico yiyumvira kurino nkuru cokimwe no kwishura ku vyiyumviro abandi batanze hano. Ariko mubisabwe kubikora mu bwitonzi kandi mwubahiriza abandi nkuko namwe mwipfuza ko bobubahiriza. Birabujujwe gukoresha runo rubuga ku mvo zindi zitandukanye no gusangira ikiyago. Abazorenga kuri zino mpanuro bazofatigwa ingingo zibereye.

2. Niwiyunge na runo rubuga rw'amakuru kugira uronke inyungu nyinshi harimwo kuba umunywani wa Journal Magara Times hamwe no guhiganigwa agashimwe ka 15.000 BIF buri kwezi gahabwa umuntu yatanze ivyiyumviro vyinshi kandi yigenjeje neza mu biyago vyiwe n'abandi banywanyi ba Journal Magara Times. Kubashaka kuba abanywanyi, bahamagariwe gufyonda hano kugira baheze baje kur'urupapuro rwo kwiyandikisha.

Gira ico ubivuzeko:

This site uses Akismet to reduce spam. Learn how your comment data is processed.