Basketball ACBAB: Urunani rubandanya rwitwara neza mugihe Muzinga itera isubira inyuma, Berco star yarakosoye Rumuri.

umugwi w’Urunani kuruhande rw’abahungu yaravyitwayemwo neza itsinda Muzinga, mugihe kuruhande rw’abigeme Berco star yarakosoye bimwe vyakarorero umugwi wa Rumuri mu cicaro cambere mu bigeme.

Inkino za basketball mu cicaro ca mbere n’icakabiri kuruha rw’abahungu no kuruhande rw’abigeme zarabandanije mu mpera zino ndwi aho umugwi w’Urunani kuruhande rw’abahungu yaravyitwayemwo neza itsinda Muzinga, mugihe kuruhande rw’abigeme Berco star yarakosoye bimwe vyakarorero umugwi wa Rumuri mu cicaro cambere mu bigeme.

Inkino zikaba zagenze uku gukurikira mu vyicaro bitandukanye.

Icicaro ca mbere ku ruhande rw’abahungu:

Gymkana 83 – Kern 81

Mutanga United. 75 – 96 New Star

Muzinga 68 – 81 Urunani

Dynamo 77 -65 Les Hippos

Icicaro ca mbere ku ruhande rw’abigeme:

Berco Stars 122 – 25 Rumuri

Les Gazelles 80 – Aigle Noir 30.

Icicaro ca kabiri kuruhande rw’abahungu.

Kuwa gatatu:

Mutanga United 52 – 59 Ambassadors

Ishaka 58 – 71 Gymkana

New Star 33 – 39 Les Amis

Kuwa gatandatu:

Gymkana 47 – 40 Les Amis

Mutanga United 42 – 65 New Star

Ku musi w’imana:
Urunani 57 – 43 Ishaka
Dynamo 46 – 51 Tuze C.

Ambassadors nayo ikaba yaratsinze impaga Gasenyi kuko batatonze ku kibuga.

Icicaro ca kabiri kuruhande rw’abigeme.

Les Gazelles 30 – 45 Berco Star

Abakinyi baranze ino nwi nabo naba:

Vanessa KANEZA wa Les Gazelles

Bertrand NDIKUMASABO wa Dynamo.

 

 

Kwizera Ismail (Nahodha)

Ismail (Nahodha) Kwizera ni umumenyeshamakuru wa Journal Magara Times na Radio Magara Times FM. Aho, KWIZERA Amenyesha amakuru ajanye n'inkino (Sports) hamwe n'amakuru ajanye n'ivyo kwidagadura (Divertissement). Mwandikire kuri: ismailk@magaratimes.com

0 Nizo ncuro bavuze kuri ino nkuru!

Ivyiyumviro!

Nta muntu aratanga iciyumviro kur'ino nkuru, ni mube aba mbere mutanze iciyumviro canyu kuko buri ciyumviro cubaka kirakenewe iwacu.

Tanga Iciyumviro.

Menya Neza Bino Bikwirikira:

1. Buri muntu ararekuriwe gutanga ico yiyumvira kurino nkuru cokimwe no kwishura ku vyiyumviro abandi batanze hano. Ariko mubisabwe kubikora mu bwitonzi kandi mwubahiriza abandi nkuko namwe mwipfuza ko bobubahiriza. Birabujujwe gukoresha runo rubuga ku mvo zindi zitandukanye no gusangira ikiyago. Abazorenga kuri zino mpanuro bazofatigwa ingingo zibereye.

2. Niwiyunge na runo rubuga rw'amakuru kugira uronke inyungu nyinshi harimwo kuba umunywani wa Journal Magara Times hamwe no guhiganigwa agashimwe ka 15.000 BIF buri kwezi gahabwa umuntu yatanze ivyiyumviro vyinshi kandi yigenjeje neza mu biyago vyiwe n'abandi banywanyi ba Journal Magara Times. Kubashaka kuba abanywanyi, bahamagariwe gufyonda hano kugira baheze baje kur'urupapuro rwo kwiyandikisha.

Gira ico ubivuzeko:

This site uses Akismet to reduce spam. Learn how your comment data is processed.