Coupe du monde 2018: Argentine mu gikombe c’isi yose idafise Mauro Icardi kizigenza wa Inter de Milan.

mu mazina akomeye atagaragara muri runo rutonde rwa Argentina ni Mauro Icardi kizigenza wa Inter de Milan akaba ari nawe yarangije ihiganwa rya Série A afise ibitsindo vyinshi 29.

Jorge Smpaoli umumenyereza w’igihugu c’Argentine inyuma yo guhamagara abakinyi 35 bimfata kibanza noneho yahavuye abagabanya agumiza 23 basabwa na FIFA azokwifashisha mu gikombe c’isi yose, rimwe mu mazina akomeye atagaragara muri runo rutonde rwa Argentina ni Mauro Icardi kizigenza wa Inter de Milan akaba ari nawe yarangije ihiganwa rya Série A afise ibitsindo vyinshi 29.

Coupe du monde 2018: Isco, Andrés Iniesta na Marco Asensio bazoserukira igihugu cabo ca Espagne ariko Morata ntarimwo.

Urutonde rwabo bakinyi nabo n’aba bakurikira:

Abanyegori: Sergio Romero, Franco Armani, Willy Caballero

Imyugariro: Gabriel Mercado, Federico Fazio, Nicolas Otamendi, Cristian Ansaldi, Nicolas Tagliafico, Marcos Rojo

Abakinyi bohagatiEver BanegaJavier Mascherano, Eduardo Salvio, Lucas Biglia, Angel Di Maria, Gio Lo Celso, Manuel Lanzini, Maxi Meza, Marcos Acuna.

AbasatiriziLionel Messi, Sergio Agüero, Gonzalo Higuaín, Cristian Pavon, Paulo Dybala

Mwomenya ko Argentine iri mw’itsinda rya D rigizwe n’ibihugu nka Isalnde, Croatie na Nigeria urukino rwayo rwa mbere rukaba rutegekanijwe itariki 16 Ruheshi uyu mwaka nyene turimwo.

 

Kwizera Ismail (Nahodha)

Ismail (Nahodha) Kwizera ni umumenyeshamakuru wa Journal Magara Times na Radio Magara Times FM. Aho, KWIZERA Amenyesha amakuru ajanye n'inkino (Sports) hamwe n'amakuru ajanye n'ivyo kwidagadura (Divertissement). Mwandikire kuri: ismailk@magaratimes.com

0 Nizo ncuro bavuze kuri ino nkuru!

Ivyiyumviro!

Nta muntu aratanga iciyumviro kur'ino nkuru, ni mube aba mbere mutanze iciyumviro canyu kuko buri ciyumviro cubaka kirakenewe iwacu.

Tanga Iciyumviro.

Menya Neza Bino Bikwirikira:

1. Buri muntu ararekuriwe gutanga ico yiyumvira kurino nkuru cokimwe no kwishura ku vyiyumviro abandi batanze hano. Ariko mubisabwe kubikora mu bwitonzi kandi mwubahiriza abandi nkuko namwe mwipfuza ko bobubahiriza. Birabujujwe gukoresha runo rubuga ku mvo zindi zitandukanye no gusangira ikiyago. Abazorenga kuri zino mpanuro bazofatigwa ingingo zibereye.

2. Niwiyunge na runo rubuga rw'amakuru kugira uronke inyungu nyinshi harimwo kuba umunywani wa Journal Magara Times hamwe no guhiganigwa agashimwe ka 15.000 BIF buri kwezi gahabwa umuntu yatanze ivyiyumviro vyinshi kandi yigenjeje neza mu biyago vyiwe n'abandi banywanyi ba Journal Magara Times. Kubashaka kuba abanywanyi, bahamagariwe gufyonda hano kugira baheze baje kur'urupapuro rwo kwiyandikisha.

Gira ico ubivuzeko:

This site uses Akismet to reduce spam. Learn how your comment data is processed.