Coupe du monde 2018: Isco, Andrés Iniesta na Marco Asensio bazoserukira igihugu cabo ca Espagne ariko Morata ntarimwo.

Urutonde rutarimwo Alvaro Morata wa Chelsea hamwe n’umwe mubakinyi bari bafitiye runini Chelsea mukibanza cinyuma Marcos Alonso nawene ntiyahamagawe.

Kuruyu wa mbere niho umumenyereza wa Espagne Julen Lopetegui yashize ahabona urutonde rw’abakinyi 23 agiye kwifashisha mu gikombe c’isi yose cimirije itariki 14 Ruheshi mu gihugu c’Uburusiya. Urutonde rutarimwo Alvaro Morata wa Chelsea hamwe n’umwe mubakinyi bari bafitiye runini Chelsea mukibanza cinyuma Marcos Alonso nawene ntiyahamagawe. Dusangamwo abakinyi 6 bo muri Real Madrid mugihe Fc Barcelona ifisemwo abakinyi 4 Atletico Madrid ikagiramwo 3. Abo nabo akaba araba bakurikira:

Coupe du monde 2018 : Ububirigi bwasohoye urutonde rw’abakinyi 28 bimfata kibaza bazobuserukira.

Abanyegori: David De Gea, Kepa Arrizabalaga, Pepe Reina.

Imyugariro: Dani Carvajal, Alvaro Odriozola, Jordi Alba, Nacho Monreal, Nacho Fernandez, Cesar Azpilicueta, Gerard Piqué, Sergio Ramos.

Abakinyi bohagati: Sergio Busquets, Andrés Iniesta, Thiago Alcantara, Koke, Saul, Isco, Marco Asensio, David Silva.

Abasatirizi: Lucas Vazquez, Rodrigo, Iago Aspas, Diego Costa.

Mwomenyako Espagne canke La Roja iri mw’itsinda rya B ikaba irikumwe na Portugal Maroc na Iran urukino rwayo rwa mbere mugikombe c’isi bakazotana mu mitwe n’igihugu ca Portugal itariki 15 Ruheshi uyu mwaka nyene.

Kwizera Ismail (Nahodha)

Ismail (Nahodha) Kwizera ni umumenyeshamakuru wa Journal Magara Times na Radio Magara Times FM. Aho, KWIZERA Amenyesha amakuru ajanye n'inkino (Sports) hamwe n'amakuru ajanye n'ivyo kwidagadura (Divertissement). Mwandikire kuri: ismailk@magaratimes.com

0 Nizo ncuro bavuze kuri ino nkuru!

Ivyiyumviro!

Nta muntu aratanga iciyumviro kur'ino nkuru, ni mube aba mbere mutanze iciyumviro canyu kuko buri ciyumviro cubaka kirakenewe iwacu.

Tanga Iciyumviro.

Menya Neza Bino Bikwirikira:

1. Buri muntu ararekuriwe gutanga ico yiyumvira kurino nkuru cokimwe no kwishura ku vyiyumviro abandi batanze hano. Ariko mubisabwe kubikora mu bwitonzi kandi mwubahiriza abandi nkuko namwe mwipfuza ko bobubahiriza. Birabujujwe gukoresha runo rubuga ku mvo zindi zitandukanye no gusangira ikiyago. Abazorenga kuri zino mpanuro bazofatigwa ingingo zibereye.

2. Niwiyunge na runo rubuga rw'amakuru kugira uronke inyungu nyinshi harimwo kuba umunywani wa Journal Magara Times hamwe no guhiganigwa agashimwe ka 15.000 BIF buri kwezi gahabwa umuntu yatanze ivyiyumviro vyinshi kandi yigenjeje neza mu biyago vyiwe n'abandi banywanyi ba Journal Magara Times. Kubashaka kuba abanywanyi, bahamagariwe gufyonda hano kugira baheze baje kur'urupapuro rwo kwiyandikisha.

Gira ico ubivuzeko:

This site uses Akismet to reduce spam. Learn how your comment data is processed.