Coupe du Monde 2018. Ikiranga misi c’inkino z’igikombe c’isi yose uko zitunganije n’amasaha zizoberako.

ibihugu 32 nivyo bizokwitabira izo nkino navyo bikaba bigabuye mu matsinda 8 buri itsinda  rigizwe n’ibihugu 4

Mugihe igikombe c’isi kigira 21  cimirije gutangura kw’igenekerezo rya 14 Ruheshi mu gihuguc’uburusiya aho ibihugu 32 nivyo bizokwitabira izo nkino navyo bikaba bigabuye mu matsinda 8 buri itsinda  rigizwe n’ibihugu 4 ayo matsinda nayo naya akurikira:

Itsinda A : Russie, Uruguay, Egypte, Arabie Saoudite

Itsinda B : Portugal, Espagne, Iran, Maroc

Itsinda C : France, Pérou, Danemark, Australie

Itsinda D : Argentine, Croatie, Islande, Nigeria

Itsinda E : Brésil, Suisse, Costa Rica, Serbie

Itsinda F : Allemagne, Mexique, Suède, Corée du Sud

Itsinda G : Belgique, Angleterre, Tunisie, Panama

Itsinda H : Pologne, Colombie, Sénégal, Japon

Ikiranga misi kikaba gitegekanijwe uku gukurikira :

Itariki 14 Ruheshi 2018.

17.00 Russie 🇷🇺 -Arabie Saoudite 🇸

Itariki 15 Ruheshi 2018
14.00 Egypte 🇪🇬-Uruguay 🇺
17.00 Maroc  -Iran 🇮🇷
20.00 Portugal 🇵🇹 -Espagne 🇪🇸

Itariki 16 Ruheshi 2018

12.00 FRANCE 🇫🇷 -Australie 🇺
15.00 Argentine  -Islande 🇮🇸
18.00 Pérou 🇵🇪 -Danemark 🇩🇰
21.00 Croatie  -Nigéria 🇳🇬

Itariki 17 Ruheshi 2018

14.00 Costa Rica 🇨🇷 -Serbie 🇷🇸
17.00 Allemagne 🇩🇪 -Mexique
20.00 Brésil 🇧🇷 -Suisse 🇨

Itariki 18 Ruheshi 2018

14.00 Suède 🇸🇪 -Corée du Sud 🇰🇷
17.00 Belgique 🇧🇪 -Panama 🇵
20.00 Tunisie 🇹🇳 -Angleterre

Itariki 19 Ruheshi 2018
14.00 Colombie 🇨 -Japon 🇯🇵
17.00 Pologne 🇵 -Sénégal 🇸🇳
20.00 Russie 🇷🇺 -Égypte 🇪🇬

Itariki 20 Ruheshi 2018
14.00 Portugal 🇵🇹 -Maroc
17.00 Uruguay  -Arabie Saoudite 🇸
20.00 Iran 🇮🇷 -Espagne 🇪🇸

Itariki 21 Ruheshi 2018

14.00 Danemark 🇩🇰 – Australie
17.00 FRANCE 🇫🇷 -Pérou 🇵🇪
20.00 Argentine  -Croatie

Itariki 22 Ruheshi 2018

14.00 Brésil 🇧🇷 – Costa Rica 🇨🇷
17.00 Nigeria 🇳🇬 -Islande 🇮🇸
20.00 Serbie 🇷🇸 -Suisse 🇨

Itariki  23 Ruheshi 2018

14.00 Belgique 🇧🇪 – Tunisie 🇹🇳
17.00 Corée du Sud 🇰🇷 – Mexique
20.00 Allemagne 🇩🇪 -Suède 🇸🇪

Itariki 24 Ruheshi 2018

14.00 Angleterre  -Panama 🇵
17.00 Japon 🇯🇵 – Sénégal 🇸🇳
20.00 Pologne 🇵 -Colombie 🇨

Itariki 25 Ruheshi 2018

16.00 Arabie Saoudite 🇸 – Égypte 🇪🇬
16.00 Uruguay 🇺 -Russie 🇷🇺
20.00 Espagne 🇪🇸 -Maroc
20.00 Iran 🇮🇷 -Portugal 🇵🇹

Itariki 26 Ruheshi 2018

16.00 Danemark 🇩🇰 -FRANCE 🇫🇷
16.00 Australie 🇺 -Pérou 🇵🇪
20.00 Islande 🇮🇸 -Croatie
20.00 Nigeria 🇳🇬 -Argentine

Itariki 27 Ruheshi 2018

16.00 Mexique  -Suède 🇸🇪
16.00 Corée du Sud 🇰🇷 -Allemagne 🇩🇪

20.00 Serbie 🇷🇸 -Brésil 🇧🇷
20.00 Suisse 🇨 -Costa Rica 🇨🇷

Itariki 28 Ruheshi 2018

16.00 Sénégal 🇸🇳 -Colombie 🇨
16.00 Japon 🇯🇵 -Pologne 🇵
20.00 Angleterre  -Belgique 🇧🇪
20.00 Panama 🇵 -Tunisie 🇹🇳

 

 

Kwizera Ismail (Nahodha)

Ismail (Nahodha) Kwizera ni umumenyeshamakuru wa Journal Magara Times na Radio Magara Times FM. Aho, KWIZERA Amenyesha amakuru ajanye n'inkino (Sports) hamwe n'amakuru ajanye n'ivyo kwidagadura (Divertissement). Mwandikire kuri: ismailk@magaratimes.com

0 Nizo ncuro bavuze kuri ino nkuru!

Ivyiyumviro!

Nta muntu aratanga iciyumviro kur'ino nkuru, ni mube aba mbere mutanze iciyumviro canyu kuko buri ciyumviro cubaka kirakenewe iwacu.

Tanga Iciyumviro.

Menya Neza Bino Bikwirikira:

1. Buri muntu ararekuriwe gutanga ico yiyumvira kurino nkuru cokimwe no kwishura ku vyiyumviro abandi batanze hano. Ariko mubisabwe kubikora mu bwitonzi kandi mwubahiriza abandi nkuko namwe mwipfuza ko bobubahiriza. Birabujujwe gukoresha runo rubuga ku mvo zindi zitandukanye no gusangira ikiyago. Abazorenga kuri zino mpanuro bazofatigwa ingingo zibereye.

2. Niwiyunge na runo rubuga rw'amakuru kugira uronke inyungu nyinshi harimwo kuba umunywani wa Journal Magara Times hamwe no guhiganigwa agashimwe ka 15.000 BIF buri kwezi gahabwa umuntu yatanze ivyiyumviro vyinshi kandi yigenjeje neza mu biyago vyiwe n'abandi banywanyi ba Journal Magara Times. Kubashaka kuba abanywanyi, bahamagariwe gufyonda hano kugira baheze baje kur'urupapuro rwo kwiyandikisha.

Gira ico ubivuzeko:

This site uses Akismet to reduce spam. Learn how your comment data is processed.