Makamba Football: Ikirangaminsi c’inkino z’icicaro ca 3 cashizwe ahabona.

Imigwi 10 niyo izo kwitabira izo nkino nayo ikaba ariyi ikurikira: Powers Boys Lagos St Fraternité Beach Boys Aigle Ramvya New Force Guepiers Ajax FC Tangura FC Butare City

Ishirahamwe ry’umupira w’amaguru ryo mu ntara ya Makamba ryashize ahabona kuruyu wa kane itariki 07 Ruheshi 2018 ikirangaminsi c’inkino za mbere (Phase Aller) zo mucicaro ca 3  c’uyu mwaka w’inkino 2017-2018.

Imigwi 10 niyo izo kwitabira izo nkino nayo ikaba ariyi ikurikira:

Powers Boys

Lagos St

Fraternité

Beach Boys

Aigle Ramvya

New Force

Guepiers

Ajax FC

Tangura FC

Butare City

Inkino nazo zikaba zitegekanijwe kuzotangura itariki 9 Nyakanga 2018

Itariki 9 Ruheshi 2018.

I Nyanza-Lac 13h00: Powers Boys vs Logos St

I Nyanza –Lac 15h00: Fraternité vs Beach Boys

Kiyange 14h00: Aigle Ramvya vs New Force

Makamba 15h00: Guepiers vs Ajax FC

Itariki 10 Ruheshi 2018.

Kayogoro 15h00: Tangura vs Butare city

Itariki 17 Ruheshi 2018.

Nyanza-Lac 13h00: Powers Boys vs Fraternité

Nyanza-Lac 15h00: Logos St Vs Beach Boys

Mabanda 15h00: New Force vs Butare city

Makamba 15h00: Aigle Ramvya vs Guepiers

Kayogoro 15h00: Tangura FC vs Ajax FC

Itariki 23 Ruheshi 2018.

Nyanza-Lac 13h00: Beach Boys vs Powers Boys

Nyanza-Lac 15h00: Fraternité vs Logos St

Makamba 13h00: Ajax FC vs New Force

Makamba 15h00: Guepiers vs Tangura FC

Itariki 24 Ruheshi 2018.

Kayogoro 15h00: Butare City vs Aigle Ramvya

Itariki 30 Ruheshi 2018.

Kiyange 15h00: Aigle Ramvya vs Ajax FC

Mabanda 15h00: New Force vs Tangura FC

Itariki 1 Mukakaro 2018.

Kayogoro 15h00: Butare city vs Guepiers

Itariki 8 Mukakaro 2018.

Makamba 13h00: Guepiers vs New Force

Makamba 15h00: Ajax FC vs Butare city

Kayogoro 15h00: Tangura FC vs Aigle Ramvya.

Mwomenyako mu mwaka uheze umugwi wa Guepiers ariwo waserukiye intara ya Makamba muri za nkino zo kurondera itike yo kuja mu cicaro ca 2 basezerewe n’umugwi wa Transport FC.

 

 

Kwizera Ismail (Nahodha)

Ismail (Nahodha) Kwizera ni umumenyeshamakuru wa Journal Magara Times na Radio Magara Times FM. Aho, KWIZERA Amenyesha amakuru ajanye n'inkino (Sports) hamwe n'amakuru ajanye n'ivyo kwidagadura (Divertissement). Mwandikire kuri: ismailk@magaratimes.com

0 Nizo ncuro bavuze kuri ino nkuru!

Ivyiyumviro!

Nta muntu aratanga iciyumviro kur'ino nkuru, ni mube aba mbere mutanze iciyumviro canyu kuko buri ciyumviro cubaka kirakenewe iwacu.

Tanga Iciyumviro.

Menya Neza Bino Bikwirikira:

1. Buri muntu ararekuriwe gutanga ico yiyumvira kurino nkuru cokimwe no kwishura ku vyiyumviro abandi batanze hano. Ariko mubisabwe kubikora mu bwitonzi kandi mwubahiriza abandi nkuko namwe mwipfuza ko bobubahiriza. Birabujujwe gukoresha runo rubuga ku mvo zindi zitandukanye no gusangira ikiyago. Abazorenga kuri zino mpanuro bazofatigwa ingingo zibereye.

2. Niwiyunge na runo rubuga rw'amakuru kugira uronke inyungu nyinshi harimwo kuba umunywani wa Journal Magara Times hamwe no guhiganigwa agashimwe ka 15.000 BIF buri kwezi gahabwa umuntu yatanze ivyiyumviro vyinshi kandi yigenjeje neza mu biyago vyiwe n'abandi banywanyi ba Journal Magara Times. Kubashaka kuba abanywanyi, bahamagariwe gufyonda hano kugira baheze baje kur'urupapuro rwo kwiyandikisha.

Gira ico ubivuzeko:

This site uses Akismet to reduce spam. Learn how your comment data is processed.