Abakinyi 4 Manchester City igiye gukurikirana hafi mugikombe c’isi yose.

Thiago Alcantara umukinyi wa kera wa FC Barcelona na Mateo Kovacic wa Real Madrid mumazina ya bakinyi bipfuzwa na Manchester City.

                                Manchester City bigina itsinzi y’igikombe ca Carabao Cup

Umugwi wa Manchester City watwaye igikombe ca Premier Legue co mu mwaka uheze,  ngo nubwo batwaye ico gikombe nuko muruno mwaka batipfuza kugura abakinyi benshi nkuko babikoze mu mwaka uheze. Uyu mugwi umenyerezwa na Pep Guardiola umaze gushira ahabona ko ugiye gukurikiranira hafi  abakinyi 4 mu gikombe c’isi yose, bamwe murabo bakinyi dusangamwo umwe wo muri Real Madrid, Mateo Kovacic asanzwe ari mu gikombe c’isi yose n’umugwi wiwe wa Croatia, Thiago Alcantara umukinyi wa Bayern Munich we asanzwe arikumwe na Espange.

Soma Kandi: Amazina y’abakinyi 12 Arsenal igiye gukurikiranira hafi mu gikombe c’isi yose.

Aya niyo mazina 4 yobo bakinyi Manchester City igiye gukurikiranira hafi :

Thiago Alcantara – (Spain) uyu nawe yipfuzwa kugira aze afashe David Silva imyaka isa n’iriko iramujana.

Mateo Kovacic  (Croatia) uyu we Manchester City imurwanira na Tottenham nayo imwipfuza.

Douglas Costa  (Brazil) uyu mukinyi bamurwanira na Juventus, PSG hamwe na Manchester United nayo imwipfuza.

Johan Mojica  (Colombia)

 

 

Kwizera Ismail (Nahodha)

Ismail (Nahodha) Kwizera ni umumenyeshamakuru wa Journal Magara Times na Radio Magara Times FM. Aho, KWIZERA Amenyesha amakuru ajanye n'inkino (Sports) hamwe n'amakuru ajanye n'ivyo kwidagadura (Divertissement). Mwandikire kuri: ismailk@magaratimes.com

0 Nizo ncuro bavuze kuri ino nkuru!

Ivyiyumviro!

Nta muntu aratanga iciyumviro kur'ino nkuru, ni mube aba mbere mutanze iciyumviro canyu kuko buri ciyumviro cubaka kirakenewe iwacu.

Tanga Iciyumviro.

Menya Neza Bino Bikwirikira:

1. Buri muntu ararekuriwe gutanga ico yiyumvira kurino nkuru cokimwe no kwishura ku vyiyumviro abandi batanze hano. Ariko mubisabwe kubikora mu bwitonzi kandi mwubahiriza abandi nkuko namwe mwipfuza ko bobubahiriza. Birabujujwe gukoresha runo rubuga ku mvo zindi zitandukanye no gusangira ikiyago. Abazorenga kuri zino mpanuro bazofatigwa ingingo zibereye.

2. Niwiyunge na runo rubuga rw'amakuru kugira uronke inyungu nyinshi harimwo kuba umunywani wa Journal Magara Times hamwe no guhiganigwa agashimwe ka 15.000 BIF buri kwezi gahabwa umuntu yatanze ivyiyumviro vyinshi kandi yigenjeje neza mu biyago vyiwe n'abandi banywanyi ba Journal Magara Times. Kubashaka kuba abanywanyi, bahamagariwe gufyonda hano kugira baheze baje kur'urupapuro rwo kwiyandikisha.

Gira ico ubivuzeko:

This site uses Akismet to reduce spam. Learn how your comment data is processed.