Kylian Mbappé yanyeguruye izina ry’umumenyereza yamye arota ko amumenyereza kuva akiri muto.

Arsène Wenger numwe mu bamenyereza baryohera abakinyi batari bake ndetse bakifuza no kumenyereza nawe

Umusatirizi w’umufaransa asanzwe akinira umugwi wa Paris St Germain yo mugihugu c’ubufaransa Kylian Mbappé imyaka 19 inkino 27 ibitsindo 13 muri Ligue1 ngo mu bizima bwiwe ntiyigeze amenya abamenyereza benshi. mukiganiro yahaye Tableau de C8, uyo mukinyi wa kera wa AS Monaco Kylian Mbappé yanyeguruye umwe mu bamenyereza yamye arota kuva kere kumumenyereza.

Murico kiganiro yahaye Tableau de C8, Kylian Mbappé yavuzeko umumenyereza wa kera wa Arsenal, Arsène Wenger niwe yakunda kuva kera akiri muto.

Kwizera Ismail (Nahodha)

Ismail (Nahodha) Kwizera ni umumenyeshamakuru wa Journal Magara Times na Radio Magara Times FM. Aho, KWIZERA Amenyesha amakuru ajanye n'inkino (Sports) hamwe n'amakuru ajanye n'ivyo kwidagadura (Divertissement). Mwandikire kuri: ismailk@magaratimes.com

0 Nizo ncuro bavuze kuri ino nkuru!

Ivyiyumviro!

Nta muntu aratanga iciyumviro kur'ino nkuru, ni mube aba mbere mutanze iciyumviro canyu kuko buri ciyumviro cubaka kirakenewe iwacu.

Tanga Iciyumviro.

Menya Neza Bino Bikwirikira:

1. Buri muntu ararekuriwe gutanga ico yiyumvira kurino nkuru cokimwe no kwishura ku vyiyumviro abandi batanze hano. Ariko mubisabwe kubikora mu bwitonzi kandi mwubahiriza abandi nkuko namwe mwipfuza ko bobubahiriza. Birabujujwe gukoresha runo rubuga ku mvo zindi zitandukanye no gusangira ikiyago. Abazorenga kuri zino mpanuro bazofatigwa ingingo zibereye.

2. Niwiyunge na runo rubuga rw'amakuru kugira uronke inyungu nyinshi harimwo kuba umunywani wa Journal Magara Times hamwe no guhiganigwa agashimwe ka 15.000 BIF buri kwezi gahabwa umuntu yatanze ivyiyumviro vyinshi kandi yigenjeje neza mu biyago vyiwe n'abandi banywanyi ba Journal Magara Times. Kubashaka kuba abanywanyi, bahamagariwe gufyonda hano kugira baheze baje kur'urupapuro rwo kwiyandikisha.

Gira ico ubivuzeko:

This site uses Akismet to reduce spam. Learn how your comment data is processed.