Real Madrid, Keylor Navas asohoka, Alisson Becker yinjira?

Alisson Becker umunyegori wa AS Roma amaze kwemerera Real Madrid kuza gukina muruyo mugwi

Amakuru dukesha ikinyamakuru co mugihugu ca Espagne Mundo Deportivo kutumenyesha ko umugwi wa Real Madrid canke aba Los Blancos boba bamaze kugiranira amasezerano n’umunyegori wa AS Roma, Alisson Becker 25 yakinye inkino 37 kuri Serie mw’ihiganwa ryo mugihugu c’ubutariyano. Amasezerano y’imyaka 6 niyo tagegekanijwe kuruyo mukinyi.

Real Madrid isigaje igikorwa kimwe gusa co kuresha abayobozi ba AS Roma kwemera amafaranga agana n’imiriyoni 55€ za manyaburaya hamwe n’akaganuke k’imiriyoni 5€ ziriko zitangwa na Real Madrid mugihe AS Roma bipfuza imiriyoni 70€ za manyaburaya (Euro).

Mugihe Real Madrid yozana Alisson Becker vyoba vyugururiye umuryango wo gusohoka Keylor Navas, yatakaje ingumvu aho Zinedine Zidane yaviriye muri Real Madrid mugihe ariwe ya mushigikira.

 

 

 

Kwizera Ismail (Nahodha)

Ismail (Nahodha) Kwizera ni umumenyeshamakuru wa Journal Magara Times na Radio Magara Times FM. Aho, KWIZERA Amenyesha amakuru ajanye n'inkino (Sports) hamwe n'amakuru ajanye n'ivyo kwidagadura (Divertissement). Mwandikire kuri: ismailk@magaratimes.com

0 Nizo ncuro bavuze kuri ino nkuru!

Ivyiyumviro!

Nta muntu aratanga iciyumviro kur'ino nkuru, ni mube aba mbere mutanze iciyumviro canyu kuko buri ciyumviro cubaka kirakenewe iwacu.

Tanga Iciyumviro.

Menya Neza Bino Bikwirikira:

1. Buri muntu ararekuriwe gutanga ico yiyumvira kurino nkuru cokimwe no kwishura ku vyiyumviro abandi batanze hano. Ariko mubisabwe kubikora mu bwitonzi kandi mwubahiriza abandi nkuko namwe mwipfuza ko bobubahiriza. Birabujujwe gukoresha runo rubuga ku mvo zindi zitandukanye no gusangira ikiyago. Abazorenga kuri zino mpanuro bazofatigwa ingingo zibereye.

2. Niwiyunge na runo rubuga rw'amakuru kugira uronke inyungu nyinshi harimwo kuba umunywani wa Journal Magara Times hamwe no guhiganigwa agashimwe ka 15.000 BIF buri kwezi gahabwa umuntu yatanze ivyiyumviro vyinshi kandi yigenjeje neza mu biyago vyiwe n'abandi banywanyi ba Journal Magara Times. Kubashaka kuba abanywanyi, bahamagariwe gufyonda hano kugira baheze baje kur'urupapuro rwo kwiyandikisha.

Gira ico ubivuzeko:

This site uses Akismet to reduce spam. Learn how your comment data is processed.