David De Gea agiye guhakanira Real Madrid muri buno buryo.

Manchester United igiye guha amasezerano y'imyaka 5 David De Gea gutyo kwirukana Real Madrid yamwipfuza.

Umunyegori wa Manchester United, David De Gea imyaka 27 inkino 37 muri Premier League, arashobora kwongereza amasezerano yo kuguma muruno mugwi wa Mashetani atukura muri rino ci. Nkuko bivurwa n’ikinyamakuru Manchester Evening News, Umunyegori w’umunya Espagne amaze kwumvikana n’abarongoye  Manchester United ko yokwongereza amasezerano Y’imyaka 5 yo mugumiza umwanya muremure cane muri Manchester United.

Soma Kandi: Real Madrid, Keylor Navas asohoka, Alisson Becker yinjira?

David De Gea yaronderwa cane n’umugwi wa Real Madrid, mugihe uyu mugwi biboneka ko ubu utakiraba cane uyo munyegori wa Manchester United ariko ko imaze kuraba uwundi munyegori wa AS Roma, Alisson Becker.

Kwizera Ismail (Nahodha)

Ismail (Nahodha) Kwizera ni umumenyeshamakuru wa Journal Magara Times na Radio Magara Times FM. Aho, KWIZERA Amenyesha amakuru ajanye n'inkino (Sports) hamwe n'amakuru ajanye n'ivyo kwidagadura (Divertissement). Mwandikire kuri: ismailk@magaratimes.com

0 Nizo ncuro bavuze kuri ino nkuru!

Ivyiyumviro!

Nta muntu aratanga iciyumviro kur'ino nkuru, ni mube aba mbere mutanze iciyumviro canyu kuko buri ciyumviro cubaka kirakenewe iwacu.

Tanga Iciyumviro.

Menya Neza Bino Bikwirikira:

1. Buri muntu ararekuriwe gutanga ico yiyumvira kurino nkuru cokimwe no kwishura ku vyiyumviro abandi batanze hano. Ariko mubisabwe kubikora mu bwitonzi kandi mwubahiriza abandi nkuko namwe mwipfuza ko bobubahiriza. Birabujujwe gukoresha runo rubuga ku mvo zindi zitandukanye no gusangira ikiyago. Abazorenga kuri zino mpanuro bazofatigwa ingingo zibereye.

2. Niwiyunge na runo rubuga rw'amakuru kugira uronke inyungu nyinshi harimwo kuba umunywani wa Journal Magara Times hamwe no guhiganigwa agashimwe ka 15.000 BIF buri kwezi gahabwa umuntu yatanze ivyiyumviro vyinshi kandi yigenjeje neza mu biyago vyiwe n'abandi banywanyi ba Journal Magara Times. Kubashaka kuba abanywanyi, bahamagariwe gufyonda hano kugira baheze baje kur'urupapuro rwo kwiyandikisha.

Gira ico ubivuzeko:

This site uses Akismet to reduce spam. Learn how your comment data is processed.