Bumamuru FC yahambije imigwi ya Rukinzo FC na Kayanza United mukuja muri Primus Ligue Burundi .

Bumamuru FC umugwi wo mu ntara ya Cibitoke waronse uburengazira bwo kuja muri Primus Ligue Burundi inyuma yo gutsinda Les elephants.

 

Inyuma yo kuronka uburengazira bwo kuja mu cicaro ca mbere muri Primus Ligue Burundi ku migwi ya Rukinzo FC na Kayanza United, kuruyu wa kabiri hamenyekanye umugwi wa Bumamuri FC wo mu ntara ya Cibitoke wahambije iyo migwi inyuma yo gutsinda  umugwi wa Les éLéphants FC kuri penaty 5 kuri 4, murukino rwa majonjora (Barrage).

Murukino rwa mbere Bumamuru FC yari yatsinze Les éléphants,(1-0) yari imuhira iwabo kukibuga urunani mu ntara ya Cibitoke ni mugihe naho nyene kuruyu wa kabiri Les éléphants FC yatsinze  Bumamauru FC nayonyene iri iwayo i Bubanza igitsindo (1-0) gutyo inkino 2 baba baranganije itsinzi imwe kuyindi baca bikora kuri za penalty Bumamuru FC yinjiza 5 Les éléphants FC binjiza 4.

Bumamuru FC, Kayanza United hamwe na Rukinzo FC ikaba ije gusubirira imigwi ya Delta Star, Inter Stars na Les jeunes Athletics yakorokeye mu cicaro ca kabiri Ligue B.

Kwizera Ismail (Nahodha)

Ismail (Nahodha) Kwizera ni umumenyeshamakuru wa Journal Magara Times na Radio Magara Times FM. Aho, KWIZERA Amenyesha amakuru ajanye n'inkino (Sports) hamwe n'amakuru ajanye n'ivyo kwidagadura (Divertissement). Mwandikire kuri: ismailk@magaratimes.com

0 Nizo ncuro bavuze kuri ino nkuru!

Ivyiyumviro!

Nta muntu aratanga iciyumviro kur'ino nkuru, ni mube aba mbere mutanze iciyumviro canyu kuko buri ciyumviro cubaka kirakenewe iwacu.

Tanga Iciyumviro.

Menya Neza Bino Bikwirikira:

1. Buri muntu ararekuriwe gutanga ico yiyumvira kurino nkuru cokimwe no kwishura ku vyiyumviro abandi batanze hano. Ariko mubisabwe kubikora mu bwitonzi kandi mwubahiriza abandi nkuko namwe mwipfuza ko bobubahiriza. Birabujujwe gukoresha runo rubuga ku mvo zindi zitandukanye no gusangira ikiyago. Abazorenga kuri zino mpanuro bazofatigwa ingingo zibereye.

2. Niwiyunge na runo rubuga rw'amakuru kugira uronke inyungu nyinshi harimwo kuba umunywani wa Journal Magara Times hamwe no guhiganigwa agashimwe ka 15.000 BIF buri kwezi gahabwa umuntu yatanze ivyiyumviro vyinshi kandi yigenjeje neza mu biyago vyiwe n'abandi banywanyi ba Journal Magara Times. Kubashaka kuba abanywanyi, bahamagariwe gufyonda hano kugira baheze baje kur'urupapuro rwo kwiyandikisha.

Gira ico ubivuzeko:

This site uses Akismet to reduce spam. Learn how your comment data is processed.