Amakuru y’inkino aryoshe yo kuruyu wa kane y’ikinyamakuru Magaratimes.

Amakuru ya Audio ku kinyamakuru canyu mukunda cane Magaratimes avurwa kuruyu wa kane.

Ikinyamakuru canyu cabateguriye amakuru aryoshe cane y’inkino ya Audio yo kuruyu wa kane itariki 19 Mukakaro 2018 nayo agizwe n’ingingo nkuru nkuru zikurikira:

Umugwi nserukira gihugu intamba mu rugamba U-20 imyimenyerezo  yo kwitegurira Zambia U-20 mu rukino rwo gusubiriza irabandanya mu ntara ya Ngozi ku kibuga Urukundo.

Amakuru avurwa ku mugabane wa buraya, Barcelona yazanye umugambi mushasha wo guhirika Real Madrid kuri Eden Hazard.

PSG, Manchester Utd, Manchester City hamwe na Chelsea ziripfuza umukinyi w’inyuma wa Milan AC.

Ayo nayandi menshi ido n’ido ni muri kino kiganiro sangwa ikaze.

Kwizera Ismail (Nahodha)

Ismail (Nahodha) Kwizera ni umumenyeshamakuru wa Journal Magara Times na Radio Magara Times FM. Aho, KWIZERA Amenyesha amakuru ajanye n'inkino (Sports) hamwe n'amakuru ajanye n'ivyo kwidagadura (Divertissement). Mwandikire kuri: ismailk@magaratimes.com

0 Nizo ncuro bavuze kuri ino nkuru!

Ivyiyumviro!

Nta muntu aratanga iciyumviro kur'ino nkuru, ni mube aba mbere mutanze iciyumviro canyu kuko buri ciyumviro cubaka kirakenewe iwacu.

Tanga Iciyumviro.

Menya Neza Bino Bikwirikira:

1. Buri muntu ararekuriwe gutanga ico yiyumvira kurino nkuru cokimwe no kwishura ku vyiyumviro abandi batanze hano. Ariko mubisabwe kubikora mu bwitonzi kandi mwubahiriza abandi nkuko namwe mwipfuza ko bobubahiriza. Birabujujwe gukoresha runo rubuga ku mvo zindi zitandukanye no gusangira ikiyago. Abazorenga kuri zino mpanuro bazofatigwa ingingo zibereye.

2. Niwiyunge na runo rubuga rw'amakuru kugira uronke inyungu nyinshi harimwo kuba umunywani wa Journal Magara Times hamwe no guhiganigwa agashimwe ka 15.000 BIF buri kwezi gahabwa umuntu yatanze ivyiyumviro vyinshi kandi yigenjeje neza mu biyago vyiwe n'abandi banywanyi ba Journal Magara Times. Kubashaka kuba abanywanyi, bahamagariwe gufyonda hano kugira baheze baje kur'urupapuro rwo kwiyandikisha.

Gira ico ubivuzeko:

This site uses Akismet to reduce spam. Learn how your comment data is processed.