Audio: Amakuru y’inkino aryoshe yo kuruyu wa kabiri mwateguriwe n’ikinyamakuru MagaraTimes.

Menya vyinshi muvyo utaruzi mu makuru y'inkino aryoshe cane ya hano iwacu ndetse no ku mugabane waburaya.

Amakuru y’inkino aryoshe cane yo kuri rino genekerezo ry’indwi Myandagaro 2018 mwateguriwe n’ikinyamakuru canyu mukunda cane Magaratimes.

Ingingo nkuru zigize kino kiganiro nazo nizi zikurikira.

-Turatangura duhoze umuryango wa John Clinton Nsengiyumva arongoye umugwi wa Magara Stars hamwe na Star Football Academy yabuze se wiwe.

-Turababwira amakuru avurwa mu mugwi wa Kayanza United ahanini mu nkino za kivandimwe umaze gukina.

-Ndaye Chancel yasinye muri Rukinzo FC.

-Olympic Star yaronse umuyobozi mushasha ndetse na Staff ikwiye.

-Ku mugabane wa afukika turababwira ko Essam El-Haddary yahagaritse ivyo gukinira umugwi nserukira gihugu wa Misri.

-Iburaya turababwira kubivurwa kwigura n’igurishwa: Barcelona yazanye umugambi mushasha kugira nkuronke Paul Pogba, Thibaut Courtois yahagaritse imyimenyerezo muri Chelsea na Mateo Kovasic.

Ayo n’ayandi menshi ikaze.

                                                          Ismail Kwizera Nahodha 10

Kwizera Ismail (Nahodha)

Ismail (Nahodha) Kwizera ni umumenyeshamakuru wa Journal Magara Times na Radio Magara Times FM. Aho, KWIZERA Amenyesha amakuru ajanye n'inkino (Sports) hamwe n'amakuru ajanye n'ivyo kwidagadura (Divertissement). Mwandikire kuri: ismailk@magaratimes.com

0 Nizo ncuro bavuze kuri ino nkuru!

Ivyiyumviro!

Nta muntu aratanga iciyumviro kur'ino nkuru, ni mube aba mbere mutanze iciyumviro canyu kuko buri ciyumviro cubaka kirakenewe iwacu.

Tanga Iciyumviro.

Menya Neza Bino Bikwirikira:

1. Buri muntu ararekuriwe gutanga ico yiyumvira kurino nkuru cokimwe no kwishura ku vyiyumviro abandi batanze hano. Ariko mubisabwe kubikora mu bwitonzi kandi mwubahiriza abandi nkuko namwe mwipfuza ko bobubahiriza. Birabujujwe gukoresha runo rubuga ku mvo zindi zitandukanye no gusangira ikiyago. Abazorenga kuri zino mpanuro bazofatigwa ingingo zibereye.

2. Niwiyunge na runo rubuga rw'amakuru kugira uronke inyungu nyinshi harimwo kuba umunywani wa Journal Magara Times hamwe no guhiganigwa agashimwe ka 15.000 BIF buri kwezi gahabwa umuntu yatanze ivyiyumviro vyinshi kandi yigenjeje neza mu biyago vyiwe n'abandi banywanyi ba Journal Magara Times. Kubashaka kuba abanywanyi, bahamagariwe gufyonda hano kugira baheze baje kur'urupapuro rwo kwiyandikisha.

Gira ico ubivuzeko:

This site uses Akismet to reduce spam. Learn how your comment data is processed.