Cibitoke U-15 yanyagiye imvura y’ibitsindo Bujumbura Mairie II mw’ihiganwa ry’abana batarenza imyaka 15.

Cibitoke na Karusi yorohewe cane muriyi ndwi ya 7 y'ihiganwa rya bana batarenza imyaka 15.

Ihiganwa ry’abana batarenza imyaka 15 ku rwego rw’igihugu rya bandanije kuru ya wagatandatu mu ntara zitandukanye aho ryari rigeze mundwi yaryo y’indwi. Cibitoke U-15 ukaba wanyagiye imvura y’ibitsindo umugwi wa Bujumbura Mairie II ibitsindo 5 kuri 2.

Muri rusangi uku niko batsindanye mu nkino zi 6 zose zari zitegekanijwe:

Cibitoke 5-2 Bujumbura Mairie II

Mwaro 4-1 Rutana

Bujumbura Rural 0-2 Bubanza

Rumonge 4-0 Bururi

Muramvya 2-0 Ruyigi

Karusi 7-1 Cankuzo

Imigwi ikaba irushanywa uku gukurikira bivanye n’akarere irimwo:

Mu buseruko
1. Muramvya 13pts avec +3 buts 
2. Gitega 12pts avec +8 buts 
3. Ruyigi 7pts avec – 5 but
4. Karusi 6pts avec +4 buts
5. Cankuzo 3pts avec – 10 buts

Mu buraruko
1. Kayanza 9pts avec +4 buts 
2. Muyinga 6pts avec +2 buts 
3. Kirundo 3pts avec – 2 buts 
4. Ngozi 0pt avec -4 buts

Mu burengero
1. Bubanza 15pts avec +10 buts 
2. Cibitoke 15pts avec +8 buts 
3. Rural 6pts avec +1 but
4. Mairie I 6pts avec -2 buts 
5. Mairie II 0pt avec -17 buts

Mu bumanuko
1. Makamba 15pts avec +14 buts 
2. Rumonge 12pts avec +20 buts 
3. Mwaro 9pts avec -10 buts 
4. Rutana 4pts avec – 4 but 
5. Bururi 1pts avec – 20 buts

 

Kwizera Ismail (Nahodha)

Ismail (Nahodha) Kwizera ni umumenyeshamakuru wa Journal Magara Times na Radio Magara Times FM. Aho, KWIZERA Amenyesha amakuru ajanye n'inkino (Sports) hamwe n'amakuru ajanye n'ivyo kwidagadura (Divertissement). Mwandikire kuri: ismailk@magaratimes.com

0 Nizo ncuro bavuze kuri ino nkuru!

Ivyiyumviro!

Nta muntu aratanga iciyumviro kur'ino nkuru, ni mube aba mbere mutanze iciyumviro canyu kuko buri ciyumviro cubaka kirakenewe iwacu.

Tanga Iciyumviro.

Menya Neza Bino Bikwirikira:

1. Buri muntu ararekuriwe gutanga ico yiyumvira kurino nkuru cokimwe no kwishura ku vyiyumviro abandi batanze hano. Ariko mubisabwe kubikora mu bwitonzi kandi mwubahiriza abandi nkuko namwe mwipfuza ko bobubahiriza. Birabujujwe gukoresha runo rubuga ku mvo zindi zitandukanye no gusangira ikiyago. Abazorenga kuri zino mpanuro bazofatigwa ingingo zibereye.

2. Niwiyunge na runo rubuga rw'amakuru kugira uronke inyungu nyinshi harimwo kuba umunywani wa Journal Magara Times hamwe no guhiganigwa agashimwe ka 15.000 BIF buri kwezi gahabwa umuntu yatanze ivyiyumviro vyinshi kandi yigenjeje neza mu biyago vyiwe n'abandi banywanyi ba Journal Magara Times. Kubashaka kuba abanywanyi, bahamagariwe gufyonda hano kugira baheze baje kur'urupapuro rwo kwiyandikisha.

Gira ico ubivuzeko:

This site uses Akismet to reduce spam. Learn how your comment data is processed.