Inkino za Primus Ligue Burundi zitegekanije kuruyu wa gatatu mundwi yaryo rya kabiri.
Intambara ya majambo hagati ya José Mourihno hamwe na  Pep Guardiola.
Iyi niyompamvu yatumye Jose Mourihno adakinisha Alexis Sanchez.
Ivyaranze indwi ya mbere ya Primus Ligue Burundi.
Imigwi yatsindanye uku gukurikira muri Primus Ligue mundwi ya mbere.
Siméon Barayandema yipfurije umuyobozi mushasha wa Olympic Star kwandikisha amateka, we atigeze yandikisha.
Imbere yo gutana mu mitwe na Olympic Star, Musongati FC wagize ibirori vyo kwakira abakinyi hamwe na Staff.
Flambeau Du Centre yatanguye ihiganwa rya Primus Ligue imaramazwa na Messager Bujumbura.
Umuyobozi wa Olympic Star, Nzeyimana Msafiri afise ivyipfuzo vyo gutwara Primus Ligue.
Clasico ihuza Real Madrid na FC Barcelona irashobora kuzokinirwa i Los Angeles!
Thilo Kehrer, afise nyina w’umurundikazi yasinye muri Paris St Germain.
Kirundo yacumitse kimwe Ngozi, Rumonge yihanira Mwaro, Karusi ikwega amashati Muramvya.
Umukinyi wa kera wa Magara Star FC, Habimana Armel Chenko yasinye muri Ngozi City.
Djuma Simpo yahora akinira Olympic Star yasinye muri Ngozi City.
Lolilo asaba abaririmvyi kubandanya bamuroga ariko ntaco bazoshikako.